1

Facebook

Instagram Posts

  • With Worshiper armelishimwe Aptre Kevin and Pastor Lopez Ndabakunda kandi
    4 days ago With Worshiper  @armelishimwe , Apôtre Kevin and Pastor Lopez. Ndabakunda kandi ndabubashe cane, mur'abadasanzwe ndubaha cane amavuta ari kuri mwe.  #MASEZERANO   #WAMCNY 
  • Ndumurundi 100 ndakunda UBURUNDI ndakunda IKIRUNDI ndakunda ABARUNDI Haribintu bitatu
    2 days ago Nd'umurundi 100%, ndakunda UBURUNDI, ndakunda IKIRUNDI, ndakunda ABARUNDI. Har'ibintu bitatu mu bindi vyinshi vyerekana ko UBURUNDI bwahezagiwe n'Imana: 1. Tuvuga ururimi rumwe 2. Dufise amazi meza 3. Abarundi barafise ubuntu (dufata abantu neza n'uwo utazi ushobora kumuh'indaro) Imana ihezagire birushirije UBURUNDI n'ABARUNDI Ndabakunda kandi ndabubashe cane mwese.  #LoveBurundi   #MASEZERANO   #WAMCNY 
  • Nivyiza gushima Uhoraho no kuririmbira Izina ryawe ishimwe Ewe Usumba
    4 days ago Nivyiza gushima Uhoraho, no kuririmbira Izina ryawe ishimwe, Ewe Usumba vyose: Kwerekena imbabazi zawe mu gatondo, n'ingen'ur'umwizigirwa uko bwije, Tuvugira inanga y'imirya cumi n'ikembe, Tukõmãnza inanga. Kuko Uhoraho watunejeje kubw'igikorwa cawe wakoze: Ndavugishwa impundu n'ibikorwa vy'intoke zawe.  #Happy_Sunday   #MASEZERANO   #WAMCNY 
  • Ndumurundi 100 ndakunda UBURUNDI ndakunda IKIRUNDI ndakunda ABARUNDI Haribintu bitatu
    6 hours ago Nd'umurundi 100%, ndakunda UBURUNDI, ndakunda IKIRUNDI, ndakunda ABARUNDI. Har'ibintu bitatu mu bindi vyinshi vyerekana ko UBURUNDI bwahezagiwe n'Imana: 1. Ivyimburwa vyacu bifise akanovera 2. Ikiyaga ciza kirimw'umukeke utosanga ahandi 3. Ingoma z'akaranga utosanga ahandi Andika nawe kimwe gusa Imana ihezagire birushirije UBURUNDI n'ABARUNDI Ndabakunda kandi ndabubashe cane mwese.  #LoveBurundi   #MASEZERANO   #WAMCNY 
  • RWAGASORE INTWARI Igikomeye suko yapfuye ariko igikomeye nuko urupfu rwiwe
    5 days ago RWAGASORE, INTWARI; Igikomeye s'uko yapfuye, ariko igikomeye n'uko urupfu rwiwe rwabay'urw'ikimazi ku Burundi n'abarundi. Nashaka kukwibutsa ncuti yanje ko igikomeye ko atari ukubaho canke gupfa kwawe, ahubwo igikomeye n'uko niba ar'ukubaho, ubeho kubw'abandi kandi naho wopfa ariko upfe waratanze, warakoze ico war'ukwiye gukora kubw'abandi, bibaye ngombwa upfe no kubw'abandi. Abantu ntibivuge ivyo ufise, ahubwo bivuge ico wabamariye. Uzob'uri INTWARI. Ndabakunda kandi ndabubashe cane.  #MASEZERANO   #WAMCNY 

Twitter

Featured video

About Me

With the dream of seeing Burundian “gospel” music raised in Burundi and around the world, Masezerano moves forward without ever crossing his arms. He is among the most active artists in Burundi. Ruyigi’s child is passionate about music and a tireless worker. Jean Claude MASEZERANO was miraculously cured of his physical disability (legs) at the age of 7 years. Born in Ruyigi on May 5, 1987 and son of a pastor, he spent part of his childhood in Gitega. He is a singer and a musician and he began at the age of 10. The guitar is his main instrument. His style of music is varied: Pop, Rock, RnB (Sometimes). He likes to work with “Mass choir”. He is very much inspired by Kirk Franklin, born in Dallas, United States (singer of gospel and evangelical Christian hip-hop).

Apart from being a musician and singer, …

Recent news

April 28, 2018

Having a good judgement

  Often times in life, we have goals and are envious of things we don’t have or own; and almost every time we end up taking them for granted after we’ve acquired or achieved them. Before deciding who to be with ... Read More »

April 28, 2018 0


March 17, 2018

NEW WORSHIP SONG -MANA NDAKUBASHE

On this day, MASEZERANO JC has released his new song “MANA NDAKWUBASHE”. The release event took place at the INDEPENDENCE SQUARE commonly known as “Place de l’Indépendance.” MASEZERANO Is appreciative and thankful for everyone that was present and supported him: ” ... Read More »

March 17, 2018 0